Insiguro y'isanamu, "Tubona abagore b'imyaka itandukanye...Turabona ibipfupfuri, haravugwa abatemaguwe n'abatabaguwe kandi turazi ko bahohotewe bishingiye ku gutsina,'' niko Captian Maayan yabwiye BBC ...
"Amarangamutima yacu abamwo agasembwa, iyo ubona umugore ari we aronka agashahara kisununuye kukurusha", uko ni ko Dave, umugabo yitaho ibikorwa vyo mu rugo avuga. Tom na we agira ati: "Biranshikira ...